Amahoro Barundi benewacu. Iyi blog iriho kugirango yereke ifoto nshasha abarundi n'abanyamahanga tunezerererwe igihugu cacu. Murahawe kaze kuratira amaso no gutanga ivyiyumviro vyanyu kugirango duteze imbere igihugu cacu. Intumbero yacu si ukunegura aba na bariya canke kwifatira mugahanga abantu. Dutanga ivyiyumviro twishimikije ijambo ry'Imana twibaza ko bikurikijwe vyoteza imbere abantu mu gihe babishize mu ngiro. Ivyiyumviro bitubaka ntivyemerewe kuri iyi blog. COYITUNGIYE Gérard
Enregistrer un commentaire
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire