vendredi 16 mars 2012

Amakuru y'imisi

Banywanyi ba blog yanje, ndabaramukije.
Kuri benshi batazi uburundi neza nagira ndabamenyeshe ko tugiye kuza turabashikiriza amakuru atari make kubijanye n'Uburundi.

Tuzorabira hamwe ukuntu Uburundi buriko buratera imbere ariko kandi turabe n'ibibubangamiye mw'iterambere.

mercredi 16 décembre 2009

Murahawe kaze kuba abanywanyi ba blog na Gerard Coyitungiye



Nagira nshimire uyu mugenzi Issa Michuzi (I buryo bwanje) wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania yanterereye ivyiyumviro igihe natanguza iyi blog.